ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Malaki 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Ehe ntumye kuri mwebwe Eliya umuhanuzi+ imbere y’ukuza kwa wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+.

  • Matayo 11:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 kandi nimba mushaka kuvyemera: We ubwiwe ni we ‘Eliya abwirizwa kuza+.’

  • Matayo 17:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko abigishwa bamubaza iki kibazo, bati: “Ni kubera iki none abanditsi bavuga yuko Eliya ategerezwa kubanza kuza+?”

  • Mariko 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo ndabibabwiye: Eliya+ mu vy’ukuri yaraje, bamugirira ivyo bashaka vyose, nk’uko vyanditswe kuri we+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika