Gusubira mu vyagezwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+, Yohani 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nya bantu rero ngo babone ibimenyetso akora, batangura kuvuga bati: “Ni ukuri uyu ni wa muhanuzi+ yabwirizwa kuza mw’isi.” Yohani 7:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Bamwe muri iryo sinzi rero ngo bumve ayo majambo, batangura kuvuga bati: “Emwe, uyu ni Wa Muhanuzi+.” Ivyakozwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+.
15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+,
14 Nya bantu rero ngo babone ibimenyetso akora, batangura kuvuga bati: “Ni ukuri uyu ni wa muhanuzi+ yabwirizwa kuza mw’isi.”
40 Bamwe muri iryo sinzi rero ngo bumve ayo majambo, batangura kuvuga bati: “Emwe, uyu ni Wa Muhanuzi+.”
22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+.