Yohani 7:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yezu rero, ariko arigisha mu rusengero, arasemerera ati: “Mwebwe muranzi kandi murazi n’iyo mva+. Vyongeye, sinaje ndavyigeneye+, mugabo uwandungitse ariho koko+, kandi mwebwe ntimumuzi+. Yohani 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 we, kubera yari azi ko Se yari yashize ibintu vyose mu maboko+ yiwe be n’uko yaje avuye ku Mana akaba kandi yariko aja ku Mana+, Yohani 16:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Navuye kwa Data nza mw’isi. Vyongeye, ndiko ndava mw’isi nja kwa Data+.”
28 Yezu rero, ariko arigisha mu rusengero, arasemerera ati: “Mwebwe muranzi kandi murazi n’iyo mva+. Vyongeye, sinaje ndavyigeneye+, mugabo uwandungitse ariho koko+, kandi mwebwe ntimumuzi+.
3 we, kubera yari azi ko Se yari yashize ibintu vyose mu maboko+ yiwe be n’uko yaje avuye ku Mana akaba kandi yariko aja ku Mana+,