Luka 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amubwira ati: “Wa muntu we, ni nde yanshinze kubabera umucamanza+ canke umugabuzi?” Yohani 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Imana yatumye Umwana wayo mw’isi, atari kugira acire urubanza+ isi, ahubwo kugira isi ikizwe+ biciye kuri we.
17 Kuko Imana yatumye Umwana wayo mw’isi, atari kugira acire urubanza+ isi, ahubwo kugira isi ikizwe+ biciye kuri we.