Yohani 5:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Vyongeye, Data yantumye, ubwiwe yaranshingiye intahe+. Ntimurigera mwumva ijwi ryiwe canke ngo mubone ishusho yiwe+; 2 Petero 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.” 1 Yohani 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimba twakira intahe abantu bashinga+, intahe Imana ishinga irahambaye kuruta, kuko iyi ari yo ntahe Imana ishinga: ukuba yashinze intahe+ ku vyerekeye Umwana wayo.
37 Vyongeye, Data yantumye, ubwiwe yaranshingiye intahe+. Ntimurigera mwumva ijwi ryiwe canke ngo mubone ishusho yiwe+;
17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”
9 Nimba twakira intahe abantu bashinga+, intahe Imana ishinga irahambaye kuruta, kuko iyi ari yo ntahe Imana ishinga: ukuba yashinze intahe+ ku vyerekeye Umwana wayo.