Mariko 12:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Hanyuma yicara aho abona udusandugu two mw’ishikaniro+, atangura kwihweza ingene nya sinzi ritiburira amahera muri nya dusandugu; kandi abatunzi benshi bariko batererayo ibiceri vyinshi+.
41 Hanyuma yicara aho abona udusandugu two mw’ishikaniro+, atangura kwihweza ingene nya sinzi ritiburira amahera muri nya dusandugu; kandi abatunzi benshi bariko batererayo ibiceri vyinshi+.