Yohani 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Muzondondera+, mugabo ntimuzombona, kandi aho nzoba ndi ntimushobora kuhaza+.” Yohani 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bana bato+, ndacari kumwe namwe kandi gatoyi. Muzondondera; kandi nk’uko nabwiye Abayuda nti: ‘Iyo nja ntimushobora kuhaza+,’ na mwebwe ndabibabwiye ubu.
33 Bana bato+, ndacari kumwe namwe kandi gatoyi. Muzondondera; kandi nk’uko nabwiye Abayuda nti: ‘Iyo nja ntimushobora kuhaza+,’ na mwebwe ndabibabwiye ubu.