Yohani 7:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo benshi muri iryo sinzi baramwizera+; hanyuma batangura kuvuga bati: “Kristu niyashika, mugira ngo azokora ibimenyetso+ biruta ivyo uyu muntu yakoze?” Yohani 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Nuko ng’aho, benshi baramwizera+. Yohani 11:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nuko rero, benshi mu Bayuda bari baje kwa Mariya kandi bakabona ivyo Yezu akoze, baramwizera+;
31 Mugabo benshi muri iryo sinzi baramwizera+; hanyuma batangura kuvuga bati: “Kristu niyashika, mugira ngo azokora ibimenyetso+ biruta ivyo uyu muntu yakoze?”