Yohani 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntiwemera yuko nunze ubumwe na Data be n’uko Data yunze ubumwe nanje+? Ibintu ndababwira sindabivuga ndavyibwiye; mugabo Data, umwe aguma yunze ubumwe nanje, akora ibikorwa vyiwe+.
10 Ntiwemera yuko nunze ubumwe na Data be n’uko Data yunze ubumwe nanje+? Ibintu ndababwira sindabivuga ndavyibwiye; mugabo Data, umwe aguma yunze ubumwe nanje, akora ibikorwa vyiwe+.