Yohani 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu rero abandanya kubishura ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Umwana ntashobora gukora ikintu na kimwe avyigeneye, mugabo akora gusa ico abonye Se akora+. Kuko ivyo Uwo akora, n’Umwana abikora kuno nyene.
19 Yezu rero abandanya kubishura ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Umwana ntashobora gukora ikintu na kimwe avyigeneye, mugabo akora gusa ico abonye Se akora+. Kuko ivyo Uwo akora, n’Umwana abikora kuno nyene.