Yesaya 53:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Azoduga nk’agashami+ imbere y’umuntu, nk’umuzi mu gihugu kigadutse. Nta shusho y’agakomeye agira, canke ubwiza bwakaka+; kandi nitwamubona, nta sura* agira ku buryo twomwipfuza+.
2 Azoduga nk’agashami+ imbere y’umuntu, nk’umuzi mu gihugu kigadutse. Nta shusho y’agakomeye agira, canke ubwiza bwakaka+; kandi nitwamubona, nta sura* agira ku buryo twomwipfuza+.