ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Yehova ni we mubandanya kugira mutyo+

      Ga mwa bantu b’ibijuju mutari inkerebutsi+?

      Mbega si we So yakuvyaye+,

      Uwakuremye akaguha kudahungabana+?

  • Yesaya 63:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kuko uri Data+; naho Aburahamu yoba atatumenye, na Isirayeli ntatwemere, wewe, ewe Yehova, uri Data. Umucunguzi wacu wo kuva kera, ni ryo zina ryawe+.

  • Yesaya 64:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 None rero, ewe Yehova, uri Data+. Twebwe turi ibumba+, nawe uri Umubumvyi wacu+; kandi twese turi igikorwa c’ukuboko kwawe+.

  • Malaki 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “‘Umwana aratera iteka se+, n’umusuku agatera iteka shebuja wiwe ahambaye+. None nimba ndi so+, iteka ryanje riri hehe+? Kandi nimba ndi Shobuja Ahambaye, ukuntinya+ kuri hehe?’ ni ko Yehova nyen’ingabo ababwiye, yemwe baherezi musuzugura izina ryanje+.

      “‘Namwe mwavuze muti: “Izina ryawe twarisuzuguye gute?”’

  • Malaki 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Mbega twese ntidufise data umwe+? Mbega Imana yaturemye si imwe+? None ni kubera iki duhemukiranira+, mu guhumanya isezerano rya ba sogokuruza+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika