Yohani 5:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Sinemera ubuninahazwa buva ku bantu+, Yohani 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwuvuga ivyo yibwiye aba ariko arondera ubuninahazwa bwiwe bwite; mugabo uwurondera ubuninahazwa+ bw’uwamurungitse, uwo ni we w’ukuri, kandi nta kutagororoka kuba muri we.
18 Uwuvuga ivyo yibwiye aba ariko arondera ubuninahazwa bwiwe bwite; mugabo uwurondera ubuninahazwa+ bw’uwamurungitse, uwo ni we w’ukuri, kandi nta kutagororoka kuba muri we.