Itanguriro 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni ibitokwiyumvirwa kuri wewe yuko wokora gutyo ukicana umugororotsi n’umubisha, umugororotsi bikamubera nk’uko bibera umubisha+! Ni ibitokwiyumvirwa kuri wewe+. Mbega Umucamanza w’isi yose ntazokora ibigororotse+?” Zaburi 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ncira urubanza+, Yehova we, kuko jewe nagendeye mu gutungana kwanje+,Kandi Yehova ni we nizigiye, kugira ngo sinyoganyoge+. Yesaya 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+. Ivyakozwe 17:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.” Abaroma 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntibikabe! Ahandiho none, Imana izocira urubanza isi gute+?
25 Ni ibitokwiyumvirwa kuri wewe yuko wokora gutyo ukicana umugororotsi n’umubisha, umugororotsi bikamubera nk’uko bibera umubisha+! Ni ibitokwiyumvirwa kuri wewe+. Mbega Umucamanza w’isi yose ntazokora ibigororotse+?”
26 Ncira urubanza+, Yehova we, kuko jewe nagendeye mu gutungana kwanje+,Kandi Yehova ni we nizigiye, kugira ngo sinyoganyoge+.
22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.
31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”