Itanguriro 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Aburahamu aracikana, apfa yisaziye neza, ashaje kandi aheze akanyota, ahamvya ab’iwabo+.