Matayo 16:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ni ukuri, ndababwiye yuko hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona Umwana w’umuntu aza mu bwami bwiwe+.”
28 Ni ukuri, ndababwiye yuko hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona Umwana w’umuntu aza mu bwami bwiwe+.”