Matayo 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Impumyi zirongera kubona+, abacumbagira+ baragenda, abanyamibembe+ barahumanurwa, ibipfamatwi+ birumva, abapfuye+ barazurwa, n’aboro baramenyeshwa inkuru nziza+; Yohani 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo Yezu avyumvise, avuga ati: “Intumbero y’iyo ndwara si urupfu, ahubwo ni ubuninahazwa bw’Imana+, kugira ngo Umwana w’Imana aninahazwe biciye kuri yo.”
5 Impumyi zirongera kubona+, abacumbagira+ baragenda, abanyamibembe+ barahumanurwa, ibipfamatwi+ birumva, abapfuye+ barazurwa, n’aboro baramenyeshwa inkuru nziza+;
4 Mugabo Yezu avyumvise, avuga ati: “Intumbero y’iyo ndwara si urupfu, ahubwo ni ubuninahazwa bw’Imana+, kugira ngo Umwana w’Imana aninahazwe biciye kuri yo.”