Mariko 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko afata nya mpumyi ukuboko, ayijana inyuma y’ikigwati, hanyuma amaze gucira amate+ ku maso yayo, ayirambikako ibiganza, ayibaza ati: “Hari ico ubona?”
23 Nuko afata nya mpumyi ukuboko, ayijana inyuma y’ikigwati, hanyuma amaze gucira amate+ ku maso yayo, ayirambikako ibiganza, ayibaza ati: “Hari ico ubona?”