Yohani 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ico gihe rero Abafarizayo na bo nyene batangura kumubaza ingene yahumutse+. Ababwira ati: “Yashize utubumba ku maso yanje, hanyuma ndiyoga, none ndabona.”
15 Ico gihe rero Abafarizayo na bo nyene batangura kumubaza ingene yahumutse+. Ababwira ati: “Yashize utubumba ku maso yanje, hanyuma ndiyoga, none ndabona.”