Yohani 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 amubwira ati: “Genda wiyoge+ mu kidengeri ca Silowamu+” (bikaba bisobanura ngo: ‘Yatumwe’). Aragenda rero ariyoga+, hanyuma agaruka abona+.
7 amubwira ati: “Genda wiyoge+ mu kidengeri ca Silowamu+” (bikaba bisobanura ngo: ‘Yatumwe’). Aragenda rero ariyoga+, hanyuma agaruka abona+.