Luka 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo umukuru ahagarikiye isinagogi ashavuzwa n’uko Yezu akijije kw’isabato, aca atangura kubwira isinzi ati: “Hari imisi itandatu ibwirizwa gukorwako ibikorwa+; kuri iyo misi rero abe ari ho muza, mukizwe, atari ku musi w’isabato+.” Yohani 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nya mugabo buno nyene aca arakira, atora uburiri bwiwe, atangura gutambuka. Kuri uwo musi hari kw’isabato+.
14 Mugabo umukuru ahagarikiye isinagogi ashavuzwa n’uko Yezu akijije kw’isabato, aca atangura kubwira isinzi ati: “Hari imisi itandatu ibwirizwa gukorwako ibikorwa+; kuri iyo misi rero abe ari ho muza, mukizwe, atari ku musi w’isabato+.”
9 Nya mugabo buno nyene aca arakira, atora uburiri bwiwe, atangura gutambuka. Kuri uwo musi hari kw’isabato+.