Luka 12:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Mbega mwiyumvira ko naje gushira amahoro kw’isi? Oya namba, ndabibabwiye, ahubwo nyabuna nazanye ugucanamwo+. Yohani 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi mu masinzi hari ubwongoshwe bwinshi ku bimwerekeye+. Bamwe bavuga ngo: “Ni umuntu mwiza.” Abandi na bo ngo: “Habe namba, ahubwo azimiza isinzi.” Yohani 7:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Iryo sinzi rero riracanamwo kubera we+. Yohani 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hongera kuba ukwicamwo ibice+ mu Bayuda kubera ayo majambo.
51 Mbega mwiyumvira ko naje gushira amahoro kw’isi? Oya namba, ndabibabwiye, ahubwo nyabuna nazanye ugucanamwo+.
12 Kandi mu masinzi hari ubwongoshwe bwinshi ku bimwerekeye+. Bamwe bavuga ngo: “Ni umuntu mwiza.” Abandi na bo ngo: “Habe namba, ahubwo azimiza isinzi.”