Yosuwa 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Yosuwa abwira Akani ati: “Mwananje, ndakwinginze uninahaze Yehova Imana ya Isirayeli+, umwaturire ico wakoze+; ndakwinginze umbwire+: Wakoze iki? Ntumpishe+.”
19 Maze Yosuwa abwira Akani ati: “Mwananje, ndakwinginze uninahaze Yehova Imana ya Isirayeli+, umwaturire ico wakoze+; ndakwinginze umbwire+: Wakoze iki? Ntumpishe+.”