Yohani 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yezu na we amwishura ati: “Wewe uri umwigisha wa Isirayeli ukaba utazi ivyo bintu+?