Yohani 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uwo yaje kuri we mw’ijoro+, amubwira ati: “Rabi+, turazi yuko uri umwigisha+ yavuye ku Mana+; kuko ata muntu ashobora gukora ivyo bimenyetso+ ukora Imana itari kumwe na we+.” Yohani 5:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugabo jewe ndafise intahe iruta iya Yohani, kuko ibikorwa nyene Dawe yanshinze kurangura, ibikorwa ubwavyo nkora+, binshingira intahe yuko Data yantumye.
2 Uwo yaje kuri we mw’ijoro+, amubwira ati: “Rabi+, turazi yuko uri umwigisha+ yavuye ku Mana+; kuko ata muntu ashobora gukora ivyo bimenyetso+ ukora Imana itari kumwe na we+.”
36 Mugabo jewe ndafise intahe iruta iya Yohani, kuko ibikorwa nyene Dawe yanshinze kurangura, ibikorwa ubwavyo nkora+, binshingira intahe yuko Data yantumye.