Yohani 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abavyeyi biwe bavuze ivyo bintu kubera yuko batinya+ Abayuda, kuko Abayuda bari bamaze kwumvikana yuko hagize uwumwemera icese ko ari Kristu, acibwa mw’isinagogi+. Yohani 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abantu bazobaca mw’isinagogi+. Nkako, isaha iriko iragera aho umuntu wese azobica azokwiyumvira ko akoreye Imana igikorwa ceranda+.
22 Abavyeyi biwe bavuze ivyo bintu kubera yuko batinya+ Abayuda, kuko Abayuda bari bamaze kwumvikana yuko hagize uwumwemera icese ko ari Kristu, acibwa mw’isinagogi+.
2 Abantu bazobaca mw’isinagogi+. Nkako, isaha iriko iragera aho umuntu wese azobica azokwiyumvira ko akoreye Imana igikorwa ceranda+.