1 Samweli 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abigayili abonye Dawidi, aca yihutira kwururuka indogobwa maze agwa yubamye imbere ya Dawidi, arunama+ ashika hasi. Matayo 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.” Matayo 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Akiriko arababwira ivyo, umutware umwe+ yari yegereye atangura kwikubita imbere yiwe+, avuga ati: “Ubu umukobwa wanje ategerezwa kuba amaze gupfa+; mugabo ingo umurambikeko ikiganza, araheza asubire kuba muzima+.”
23 Abigayili abonye Dawidi, aca yihutira kwururuka indogobwa maze agwa yubamye imbere ya Dawidi, arunama+ ashika hasi.
2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.”
18 Akiriko arababwira ivyo, umutware umwe+ yari yegereye atangura kwikubita imbere yiwe+, avuga ati: “Ubu umukobwa wanje ategerezwa kuba amaze gupfa+; mugabo ingo umurambikeko ikiganza, araheza asubire kuba muzima+.”