Matayo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+. Mariko 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Buno nyene aduze avuye mu mazi abona ijuru ryuguruka, n’impwemu imanuka kuri we imeze nk’inuma+; Luka 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we mu mero y’umubiri nk’inuma, maze ijwi riva mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje, umukundwa; naragushimye+.”
16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+.
22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we mu mero y’umubiri nk’inuma, maze ijwi riva mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje, umukundwa; naragushimye+.”