Abagalatiya 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ariko naho yoba twebwe canke umumarayika avuye mw’ijuru, akaza abamenyesha icitwa inkuru nziza kirenze inkuru nziza twebwe twabamenyesheje, arakavumwa+. Abakolosayi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mwiyubare: hari aho hogira uwubigarurira+ nk’isahu ryiwe biciye kuri filozofiya+ no ku ruhendo rugaragara+ bishingiye ku migenzo y’abantu, bishingiye ku bintu vy’intango+ vyo mw’isi, bidashingiye kuri Kristu;
8 Ariko naho yoba twebwe canke umumarayika avuye mw’ijuru, akaza abamenyesha icitwa inkuru nziza kirenze inkuru nziza twebwe twabamenyesheje, arakavumwa+.
8 Mwiyubare: hari aho hogira uwubigarurira+ nk’isahu ryiwe biciye kuri filozofiya+ no ku ruhendo rugaragara+ bishingiye ku migenzo y’abantu, bishingiye ku bintu vy’intango+ vyo mw’isi, bidashingiye kuri Kristu;