Yohani 16:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Ndababwiye ivyo bintu mu bigereranyo+. Isaha iriko iragera aho ntazosubira kubabwirira mu bigereranyo, mugabo nzobamenyesha ivyerekeye Data ntomora.
25 “Ndababwiye ivyo bintu mu bigereranyo+. Isaha iriko iragera aho ntazosubira kubabwirira mu bigereranyo, mugabo nzobamenyesha ivyerekeye Data ntomora.