Ivyakozwe 5:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nk’akarorero, imbere y’iyi misi Teyuda yarahagurutse, avuga ko we ubwiwe yari agakomeye+, abagabo batari bake, abashika nk’amajana ane, baja mu mugambwe wiwe+. Mugabo yarishwe, abamugamburukira bose na bo barashwiragira, bacika ubusa.
36 Nk’akarorero, imbere y’iyi misi Teyuda yarahagurutse, avuga ko we ubwiwe yari agakomeye+, abagabo batari bake, abashika nk’amajana ane, baja mu mugambwe wiwe+. Mugabo yarishwe, abamugamburukira bose na bo barashwiragira, bacika ubusa.