Ivyakozwe 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Erega, wa mugabo akigumije Petero na Yohani, abantu bose birukira icarimwe kuri bo ahitwa ibaraza rya Salomo+, bakubiswe n’inkuba. Ivyakozwe 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, biciye ku maboko y’intumwa ibimenyetso vyinshi n’ibitangaza vyinshi bibandanya kuba mu bantu+; kandi bose bari mw’ibaraza rya Salomo bahuje inama+.
11 Erega, wa mugabo akigumije Petero na Yohani, abantu bose birukira icarimwe kuri bo ahitwa ibaraza rya Salomo+, bakubiswe n’inkuba.
12 Vyongeye, biciye ku maboko y’intumwa ibimenyetso vyinshi n’ibitangaza vyinshi bibandanya kuba mu bantu+; kandi bose bari mw’ibaraza rya Salomo bahuje inama+.