ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 8:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Buno igisomwa c’Icanditswe yariko arasoma n’ijwi ryumvikana cari iki: “Nka kurya kw’intama, ni ko yazanywe mw’ibagiro, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama utavuga imbere y’umukemuzi wawo, ni ko adakurako umunwa+.

  • Ivyahishuwe 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 bavuga n’ijwi rirenga bati: “Wa Mwagazi w’intama wishwe+ urabereye guhabwa ububasha n’ubutunzi n’ubukerebutsi n’inkomezi n’iteka n’ubuninahazwa n’umuhezagiro+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika