Yohani 6:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 Mugabo hariho bamwe muri mwebwe batemera.” Kuko kuva mu ntango Yezu yari azi abatemera abo ari bo, n’uwomuguze uwo ari we+. Yohani 8:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Uwuva ku Mana arumviriza amajambo y’Imana+. Ni co gituma mutumviriza, kuko mutava ku Mana+.” 1 Yohani 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twebwe dukomoka ku Mana+. Uwumenye Imana aratwumviriza+; uwudakomoka ku Mana ntatwumviriza+. Ukwo ni ko tumenya ijambo ry’irihumekano ry’ukuri be n’ijambo ry’irihumekano ry’ubuzimire+.
64 Mugabo hariho bamwe muri mwebwe batemera.” Kuko kuva mu ntango Yezu yari azi abatemera abo ari bo, n’uwomuguze uwo ari we+.
6 Twebwe dukomoka ku Mana+. Uwumenye Imana aratwumviriza+; uwudakomoka ku Mana ntatwumviriza+. Ukwo ni ko tumenya ijambo ry’irihumekano ry’ukuri be n’ijambo ry’irihumekano ry’ubuzimire+.