Luka 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze ashitse i muhira, akoranya abagenzi biwe n’ababanyi biwe, akababwira ati: ‘Nimunezeranwe nanje, kuko natoye intama yanje yari yatakaye+.’ Yohani 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umurinzi w’umuryango+ aramwugururira, kandi intama+ zirumviriza ijwi ryiwe, na we agahamagara intama ziwe mu mazina, akaziturutsa.
6 Maze ashitse i muhira, akoranya abagenzi biwe n’ababanyi biwe, akababwira ati: ‘Nimunezeranwe nanje, kuko natoye intama yanje yari yatakaye+.’
3 Umurinzi w’umuryango+ aramwugururira, kandi intama+ zirumviriza ijwi ryiwe, na we agahamagara intama ziwe mu mazina, akaziturutsa.