Abalewi 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uwucafuje rero izina rya Yehova ntaze abure kwicwa+. Ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye ata kabuza. Kavamahanga cokimwe n’imvukira aze yicwe kuko yacafuje rya Zina+. Matayo 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bamwebamwe mu banditsi baca bibwira bati: “Uyu muntu ariko ararogota+.” Matayo 26:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Maze umuherezi mukuru atantamura impuzu ziwe zo hejuru, avuga ati: “Ararogose+! Turacakenerera iki ibindi vyabona+? Raba! Ubu ho muriyumviye ingene arogose+.
16 Uwucafuje rero izina rya Yehova ntaze abure kwicwa+. Ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye ata kabuza. Kavamahanga cokimwe n’imvukira aze yicwe kuko yacafuje rya Zina+.
65 Maze umuherezi mukuru atantamura impuzu ziwe zo hejuru, avuga ati: “Ararogose+! Turacakenerera iki ibindi vyabona+? Raba! Ubu ho muriyumviye ingene arogose+.