Yohani 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ariko avuga ivyo bintu, benshi baramwizera+. Yohani 11:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nuko rero, benshi mu Bayuda bari baje kwa Mariya kandi bakabona ivyo Yezu akoze, baramwizera+;