Mariko 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Buno bashika i Betsayida. Hano abantu bamuzanira impumyi, baramwinginga ngo ayikoreko+. Yohani 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Abo rero begera Filipo+ uwava i Betsayida h’i Galilaya, batangura kumusaba bati: “Mutungwa, dushaka kubona Yezu+.”
21 Abo rero begera Filipo+ uwava i Betsayida h’i Galilaya, batangura kumusaba bati: “Mutungwa, dushaka kubona Yezu+.”