ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nk’akarorero, mu mutima ni ho hava ivyiyumviro bibi+, ubwicanyi, ukurenga ibigo, ubusambanyi, ukwiba, ugushinga intahe z’ikinyoma, ukurogota+.

  • Luka 22:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mugabo Shetani yinjira muri Yuda, umwe yitwa Isikariyoti, uwaharurwa muri bamwe cumi na babiri+;

  • Yohani 13:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yuda amaze kwakira ico kimanyu, Shetani aca amwinjiramwo+. Yezu rero amubwira ati: “Ico uriko urakora gikore ningoga.”

  • Ivyakozwe 1:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 ngo afate ikibanza c’ubu busuku n’ibanga ry’ukuba intumwa+, ivyo Yuda yataye ngo yigire ahantu hiwe bwite.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika