Matayo 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko kuva ico gihe aguma arondera akaryo keza ko kumugabura+. Matayo 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe+ ku bimwerekeye, mugabo aragowe+ uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe+! Uwo muntu vyorushirije kumubera vyiza iyo ataba yaravutse.” Mariko 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.
24 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe+ ku bimwerekeye, mugabo aragowe+ uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe+! Uwo muntu vyorushirije kumubera vyiza iyo ataba yaravutse.”
11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.