Luka 22:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko, uwuruta abandi ni nde, ni uwuri ku meza canke ni uwuriko arakora? Si uwuri ku meza none? Mugabo jewe ndi hagati yanyu nk’uwukora+.
27 Kuko, uwuruta abandi ni nde, ni uwuri ku meza canke ni uwuriko arakora? Si uwuri ku meza none? Mugabo jewe ndi hagati yanyu nk’uwukora+.