Matayo 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ivyo bababwira vyose rero+, mubikore kandi muvyubahirize, mugabo ntimukore nk’ivyo bakora+, kuko bavuga mugabo ntibakore. Abafilipi 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugumane uyu mutima muri mwebwe ari na wo wari muri Kristu Yezu+. 1 Petero 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nkako, iyo nzira ni yo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira ngo mukurikire neza intambuko ziwe+. 1 Yohani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwuvuga ko aguma yunze ubumwe+ na we, ubwiwe abwirizwa kandi kubandanya agenda nk’uko uyo na we yagenda+.
3 Ivyo bababwira vyose rero+, mubikore kandi muvyubahirize, mugabo ntimukore nk’ivyo bakora+, kuko bavuga mugabo ntibakore.
21 Nkako, iyo nzira ni yo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira ngo mukurikire neza intambuko ziwe+.
6 Uwuvuga ko aguma yunze ubumwe+ na we, ubwiwe abwirizwa kandi kubandanya agenda nk’uko uyo na we yagenda+.