ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bariko bararya, avuga ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Umwe muri mwebwe arangura+.”

  • Mariko 14:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hanyuma bari ku meza bariko bararya, Yezu avuga ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Umwe muri mwebwe, uwuriko asangira+ nanje, arangura+.”

  • Luka 22:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Mugabo, ehe ukuboko kw’uwungura+ kuri kumwe nanje ku meza+.

  • Yohani 6:70
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 70 Yezu abishura ati: “Sinabatoye none mwebwe cumi na babiri+? Yamara umwe muri mwebwe ni umubesheranyi+.”

  • Ivyakozwe 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Bagabo bene wacu, vyari bikenewe ko icanditswe kiranguka+, ico impwemu nyeranda+ yavuze imbere y’igihe biciye mu kanwa ka Dawidi ku vyerekeye Yuda+ umwe yabera indongozi abafashe Yezu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika