Yohani 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yezu rero, abonye nyina wiwe na wa mwigishwa yakunda+ bahagaze ng’aho, abwira nyina wiwe ati: “Mugore, ng’uyo umwana wawe!” Yohani 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arirukanga, aza kuri Simoni Petero no kuri wa mwigishwa+ wundi Yezu yiyumvamwo, ababwira ati: “Bakuye Umukama mu mva+, kandi ntituzi aho bamushize.”
26 Yezu rero, abonye nyina wiwe na wa mwigishwa yakunda+ bahagaze ng’aho, abwira nyina wiwe ati: “Mugore, ng’uyo umwana wawe!”
2 Nuko arirukanga, aza kuri Simoni Petero no kuri wa mwigishwa+ wundi Yezu yiyumvamwo, ababwira ati: “Bakuye Umukama mu mva+, kandi ntituzi aho bamushize.”