Zaburi 109:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Gena umubisha abe ari we amuganza,Kandi uwumurwanya+ agume ahagaze iruhande y’ukuryo kwiwe. Luka 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Shetani yinjira muri Yuda, umwe yitwa Isikariyoti, uwaharurwa muri bamwe cumi na babiri+;