Matayo 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ibintu vyose narabihawe na Dawe+, kandi nta n’umwe azi neza Umwana atari Data+, eka nta n’uwuzi neza Data atari Umwana be n’uwo wese Umwana agomba kumuhishurira+. Yohani 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+. Yohani 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Babandanya rero kumubwira bati: “So ari hehe?” Yezu yishura ati: “Yaba jewe canke Dawe, nta n’umwe muzi+. Iyo muba munzi koko, na Dawe muba mumuzi+.” 1 Yohani 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Nimba tubandanya gukundana, Imana iguma muri twebwe n’urukundo rwayo rukagirwa urutagira akanenge muri twebwe+.
27 Ibintu vyose narabihawe na Dawe+, kandi nta n’umwe azi neza Umwana atari Data+, eka nta n’uwuzi neza Data atari Umwana be n’uwo wese Umwana agomba kumuhishurira+.
18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.
19 Babandanya rero kumubwira bati: “So ari hehe?” Yezu yishura ati: “Yaba jewe canke Dawe, nta n’umwe muzi+. Iyo muba munzi koko, na Dawe muba mumuzi+.”
12 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Nimba tubandanya gukundana, Imana iguma muri twebwe n’urukundo rwayo rukagirwa urutagira akanenge muri twebwe+.