Luka 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 na Yuda mwene Yakobo, na Yuda Isikariyoti, uwahavuye aba umuguranyi+. Ivyakozwe 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko binjiye, baduga mu cumba co hejuru+, aho bari bacumbitse, ari Petero hamwe na Yohani na Yakobo na Andereya, Filipo na Toma, Barutelemi na Matayo, Yakobo mwene Alufayo na Simoni umunyamwete, na Yuda mwene Yakobo+.
13 Nuko binjiye, baduga mu cumba co hejuru+, aho bari bacumbitse, ari Petero hamwe na Yohani na Yakobo na Andereya, Filipo na Toma, Barutelemi na Matayo, Yakobo mwene Alufayo na Simoni umunyamwete, na Yuda mwene Yakobo+.