Matayo 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yishura ati: “Igiterwa cose Dawe wo mw’ijuru atateye kizorandurwa+. Abaheburayo 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo iyo bumeze amahwa n’ibitovu, burahebwa, kandi buba buri hafi kuvumwa+; kandi buruhira guturirwa+.
8 Mugabo iyo bumeze amahwa n’ibitovu, burahebwa, kandi buba buri hafi kuvumwa+; kandi buruhira guturirwa+.