Imigani 11:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ivyamwa vy’umugororotsi ni igiti c’ubuzima+, kandi uwigarurira imitima ni inkerebutsi+. Hoseya 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Efurayimu azovuga ati: ‘Ndacahuriye ku ki n’ibigirwamana+?’ “Jewe nzomwishura kandi nzomugumizako ijisho+. Meze nk’igiti c’umuberoshi gitotahaye+. Kuri jewe ni ho hazova ivyamwa vyawe.” Yohani 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye, kandi nabashizeho kugira ngo mubandanye kandi mugume mwama ivyamwa+, no kugira ngo ivyamwa vyanyu bigumeho; kugira ngo ico musaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+. Abagalatiya 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko icamwa+ c’impwemu ni urukundo, akanyamuneza, amahoro, ukwiyumanganya, ubuntu, ukumera neza+, ukwizera,
8 “Efurayimu azovuga ati: ‘Ndacahuriye ku ki n’ibigirwamana+?’ “Jewe nzomwishura kandi nzomugumizako ijisho+. Meze nk’igiti c’umuberoshi gitotahaye+. Kuri jewe ni ho hazova ivyamwa vyawe.”
16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye, kandi nabashizeho kugira ngo mubandanye kandi mugume mwama ivyamwa+, no kugira ngo ivyamwa vyanyu bigumeho; kugira ngo ico musaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.
22 Ariko icamwa+ c’impwemu ni urukundo, akanyamuneza, amahoro, ukwiyumanganya, ubuntu, ukumera neza+, ukwizera,