ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 8:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Babandanya rero kumubwira bati: “So ari hehe?” Yezu yishura ati: “Yaba jewe canke Dawe, nta n’umwe muzi+. Iyo muba munzi koko, na Dawe muba mumuzi+.”

  • Yohani 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo ivyo vyose bazobibagirira kubera izina ryanje, kuko batazi uwandungitse+.

  • Abaroma 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko ndabashingira intahe yuko bafitiye Imana umwete+; mugabo si mu bumenyi butagira amakosa+;

  • 1 Abakorinto 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ubwo bukerebutsi nta n’umwe mu batware+ b’iki gihe yabumenye+, kuko iyo babumenya batari kumanika+ wa Mukama w’ubuninahazwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika